call me +257 66 286 397
Buja times #buja_vibes
The famous talent DJ's
Mixtape Burundi
Irakaza Fleury

Facebook : www.facebook.com/dvjsuperfly.org

Tiktok : tiktok.com/@djsuperfly003

Twitter : deejay Superfly
The most dangerous


Dj Super fly

Umufana wanje umutima rero antemwo nimba ndabaryohera lumicash ni 66286397 ndabikundira sana

6 days ago | [YT] | 54

Dj Super fly

The most dangerous
Call me and bless me by 66286397

3 weeks ago (edited) | [YT] | 73

Dj Super fly

Bite bite bakunzi banje mukunda ibikorwa ndabemera cane hama mix yavuyeko kumvo zitamvuyeko hari ikosa ryabayemwo mube mura feelinga iyo mwakunze cane iyindi vuba irabona

2 months ago | [YT] | 19

Dj Super fly

Pasika nziza mwese bafana banje bumutima muriyindwi tugira dutangure ndabafitiye ikindi gikorwa kimeze neza ico musabwa nikubandanya mu supporting ibikorwa vyanje munterere ngure nivyuma bimeze neza kugira babahe mix zikaze mwongera munsengera imana impe kuramba ndabakunda cane duhurire muri commentaire

5 months ago | [YT] | 18