Shirika la Habari la Afrika Mashariki


Mashariki TV

🇧🇮 #DiscoverBurundi | Where the hills wear a mantle of green, discover the beauty of #Burundi through its endless tea gardens. A breathtaking embrace of nature.
#ExploreBurundi
#BeautifulBurundi
#TravelAfrica

1 day ago | [YT] | 53

Mashariki TV

🎯 Bakunzi ba Mashariki TV, uyu munsi dukwiye Umuriyoni (+1.000.000) Urenga gato w'Abadukurikirana kuri uru rubuga rwa #Facebook!
Turabashimiye cane kuba mwaratugiriye icizere, mukadukurikirana, tugafatanya urugendo.
Tubemereye kuzokwama tubashikiriza Amakuru n'Ibiganiro bitunganije neza.
TURABASHIMIYE CANE! ❤️
#Burundi #MASHARIKITV
=================================

🎯Un million de mercis à vous, chers abonnés !
Cette réussite est le fruit de votre confiance et de votre fidélité.
#MasharikiTV renouvelle son engagement à vous offrir une information de qualité et des contenus enrichissants.
#Burundi #UnMillionDeMerci

2 weeks ago (edited) | [YT] | 99

Mashariki TV

Mashariki TV ibipfurije Noheli nziza n'umwaka mushasha mwiza wa 2025

#Burundi #Christmas2024 #HappyNewYear

1 year ago | [YT] | 277

Mashariki TV

#NkurunzizaCup2024: Ku ncuro igira kane, hagiye kuba urukino rw'igikombe citiriwe Nkurunziza kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 29 Ruheshi 2024 i Makamba kuri Stade Nkurunziza Peace Park Complex. Aigle Noire VS Academie ADF LA RAMBLA. #Burundi #FFB

2 years ago | [YT] | 429

Mashariki TV

m

2 years ago | [YT] | 5

Mashariki TV

EAC

3 years ago | [YT] | 6

Mashariki TV

#Burundi #Mashariki_TV Notre chaîne YouTube a dépassé les 10 000 abonnés ! #10kcreator goo.gl/zA8JcZ
Merci à vous tous qui appréciez notre travail! Continuez à nous soutenir en vous abonnant, Likant, et commentant et surtout en partageant nos publications.Merci!

7 years ago | [YT] | 73